跳到主要内容
Nelum
布隆迪的法律

Loi n° 1/14 du 05 juillet 2018 portant création d'un corps des volontaires Burundais

颁布于 2018-07-05 · 文本截至 2026-10-01

以研究形式发布的公开法律与官方指引,不构成法律、税务或金融建议。

研究内容本身以英文撰写。标题和标签已翻译,调查结果和引文未翻译。

关于这部法律

语言
French
类型
法令
国家
布隆迪
主题
Agricultural and rural development, Environment
关键词
rural employment, youth, capacity building, institution, non-governmental entity, protection of environment, labour, governance, environmental planning, policy/planning

在哪里阅读

    该法律没有记录来源链接。

文本

所收录的法律原文,按条款排列。每个条款都有自己的链接。

  1. .. ( REPUBLIQUE DU BURUNDI CABINET DU PRESIDENT LOIN° 1/4.I/ DU OS JUILLET 2018 PORT ANT CREATION D'UN CORPS DES VOLONT AIRES BURUNDAIS LE PRESIDENT DE LA REPUBLIQUE, REPUBURIKA Y'UBURUNDI IBIRO VY'UMUKURU W'IGIHUGU IBWIRIZWA INOMERO 1J/f/-RYO KU WA 05MUKAKARO 2018 RISHINGA URWEGO RW' ABAKORA IBIKORWA VY'UKWIT ANGA B'ABARUNDI UMUKURU W'IGIHUGU, Vu la Constitution de la Republique du Yihweje lbwirizwa Shingiro rya Repuburika y'Uburundi; Burundi; / Vu la Loi n° 1/01 du 23 janvier 2017 portant Modification de la loi n° 1/011 du 23 juin 1999 t:-· portant Modification du Decret-loi n° 1/033 du 22 aout 1990 portant Cadre General de Cooperation entre la Republique du Burundi et les Organisations Non Gouvemementales Etrangeres (ONGE); Yihweje lbwirizwa inQ .. ~ro: 1{,P1 ryo ku wa 23 Nzero 2017 rihind~ra \. ..· · o.,,!(p :J/011 ryo ~u wa 23 Ruheshi 1999,.r ura ·fegeko bwirizwa inomero 1/033 ryo ku wa 22 Myandangaro 1990 rishinga amategeko y'ugufashanya hagati ya Reta y'Uburundi n'amashirahamwe yo mu bindi bihugu ategamiye Reta (ONGE); Vu la Loi n° 1/08 du 28 avril 2011 portant Yihweje lbwirizwa inomero 1/08 ryo ku wa 28 Organisation Generale de !'Administration Ndamukiza 2011 ritunganya ivyerekeye intwaro muri Publique ; rusangi ; Le Conseil des Ministres ayant delibere ; lnama Nshikiranganji lmaze kuvyihweza ; L'Assemblee Nationale et le Senat ayant lnama Nshingamateka n'lnama Nkenguzamateka adopte ; zimaze kuvyemeza ; PROMULGUE: CHAPITRE PREMIER : DES DISPOSITIONS GENERALES Article 1er La presente loi a pour objet la creation d'un Corps des Volontaires Buryfodais « CVB » et d'un Centre National dttYo1ontariat du Burundi « CNVB » qui le gere. ATANGAJE: IGICE CA MBERE : INGINGO NGENDERWAKO lngingo ya mbere lri bwirizwa rifise intumbero y'ugushinga Urwego rw'abakora ibikorwa vy'ukwitanga b'Abarundi, mu mpfunyapfunyo y'igifaransa "CVB" n'lkigo c'igihugu kijejwe j.bikorwa vy'ukwitanga mu Burundi, mu mpfunyapfunyo y'igifaransa "CNVB" akaba ari co kirutunganya. 2 L'organisation, les m1ss1ons et le lngene ico Kigo gitunganywa, imirimo yaco n'ingene fonctinnement de ce Centre sont determines gikora bitomorwa n'itegeko ry'Umukuru w'lgihugu. par decret. Article 2 Au sens de la presente loi, on entend par: 1 ° Corps des Volontaires Burundais « CVB » : ensemble des personnes physiques liees par des actes d' engagement au volontariat ; 2° Acte d'engagement : document qui etablit les relations entre le volontaire affecte a une structure d'accueil et le Centre National du Volontariat du Burundi « CNVB »; 3° Structure d'accueil : toute personne morale de, droit public ou de droit prive basee au Burundi ou a l'etranger, poursuivant une mission d'interet general ou d'insertion professionnelle et qui re9oit l'appui de volontaires burundais ; 4 ° Volontaire : toute personne physique qui, remplissant les conditions de selection fixees dans la presente loi, s'engage dans le cadre d'un acte d'engagement ; 5° Volontariat : activite non remuneree, exercee librement, a temps plein, sur une periode determinee et de fa9on desinteressee, par une personne physique au profit d'une personne morale de droit public ou de droit prive poursuivant une mission d'interet general ou d'insertion professionnelle ou pour le developpement social, economique et culture! d'une communaute de base ou d'une collectivite. / lngingo ya 2 Muri iri bwirizwa, aya majambo asigura: 1 ° Urwego rw'abakora ibikorwa vy'ukwitanga b'Abarundi "CVB": ni umugwi w'abantu bagengwa n'inzandiko z'amasezerano y'ukwiyemeza gukora ibikorwa vy'ukwitanga; 2° Urwandiko rw'amasezerano y'ukwiyemeza gukora ibikorwa vy'ukwitanga : ni urwandiko rwerekana imigenderanire uwukora ibikorwa vy'ukwitanga arungitswe gukorera mu kigo cakira abakora ibikorw1 .. vy'ukwitanga agiriranira n'lkigo c'igihugu kijejwe ibikorwa vy'ukwitanga mu Burundi "CNVB" ; / 3° lkigo cakira abakora ibikorwa vy'ukwitanga : ni ishirahamwe ryose ryegamiye Reta canke ry'abakorera utwabo rifise icicaro mu Burundi canke mu kindi gihugu rikora ibikorwa vyerekeye ineza ya base canke ibijanye n'ukwigisha imyuga abatari bafise ico bakora rigahabwa agacumu k'ubumwe n'abakora ibikorwa vy'ukwitanga b'abarundi; 4 ° Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga : ni umuntu wese, akwije ibisabwa bishingwa n'iri bwirizwa kugira yemererwe gukora ibikorwa vy'ukwitanga,." yiyemeje gukora ibikorwa vyo kwitanga biciye ml).. rwanc:Uko rw'amasezerano avyerekeye ; 5° lgikorwa c'ukwitanga : ni igikorwa ata gahembo gitangirwa, gikorwa ku gushaka, mu mwanya wose kidafadikanywa n'iyindi mirimo, mu kiringo gitomorwa, kigakorwa n'umuntu akorera ishirahamwe ryose ryegamiye Reta canke ry'abakorera utwabo rikora ibikorwa vyerekeye ineza ya base canke ibijanye n'ukwigisha imyuga abatari bafise ico bakora canke rikora igikorwa c'uguteza imbere ibijanye n'imibano, ubutunzi n'imico kama vy'umugwi w'abanyagihugu canke urwego rw'intango. ( ..... '' CHAPITRE II : DE L'INSTITUTION DES VOLONT AIRES BURUNDAIS Section 1 : De l'objet, des missions et du domaine d'intervention 3 IGICE CA II: IVYEREKEYE URWEGO RW' ABAKORA IBIKORWA VY'UKWIT ANGA B'ABARUNDI Agace ka 1: lntumbero y'Urwego, imirimo yarwo n'ivyo rukora Article 3 lngingo ya 3 L'institution du volontariat burundais a pour Urwego rw'abakora ibikorwa vy'ukwitanga b'abarundi objet de : rufise intumbero zikurikira : 1 ° Permettre a la jeunesse de mettre son 1 ° Gutuma urwaruka rushira inguvu zarwo mu energie au service du developpement et bikorwa vy'iterambere n'ugutsimbataza amahoro ; de la consolidation de la paix ; 2° Promouvoir le volontariat burundais sous toutes ses formes, par la mobilisation des jeunes qualifies, des jeunes descolarises et non scolarises ainsi que des adultes. 2° Guteza imbere ibikorwa vy'ukwitanga bikorwa n'abarundi ivyo ari vyo vyose, mu guhimiriza urwaruka rufise impapuro z'umutsindo n'urwaruka rutabandanije amashure canke rutaciye ku ntebe y'ishure hamwe n'abakuze. Article 4 lngingo ya 4 La mobilisation des volontaires est faite pour Abakora ibikorwa vy'ukwitanga bahamagarirwa gukora des mrssrons correspondant aux axes imirimo ijanye n'intumbero z'ukurwanya ubukene strategiques de lutte contre la pauvrete et de n'ugutsimbataza amahoro mu Burundi. consolidation de la paix. Les domaines d'intervention prioritaires sont lbikorwa Urwego rukora bishirwa imbere y'ibindi ni notamment : nk'ibi bikurikkira : 1 ° Le soutien a la creation d'emplois et au 1 ° Ugushigikira imigambi y'ukugwiza ubuzi n'uguteza developpement economique; imbere ubutunzi ; 2° La protection de l'environnement axe 2° UgukiAgira ibidukikije biciye cane cane mu particulierement sur des missions de bikorwa vy'ugukarihiriza ubwenge abanyagihugu renforcement des capacites des bo ku mitumba ; communautes a la base ; 3° Le soutien a la consolidation d'un Etat de 3° Ugushigikira ibikorwa vy'ugutsimbataza intwaro droit ; ishingiye ku mategeko ; 4 ° Le soutien l'enseignement professionnelle. a !'alphabetisation, a 4 ° Ugushigikira umugambi w'ukwigisha abakuze et a la formation gusoma no kwandika n'ukwigisha umyuga. 4 Article 5 lngingo ya 5 Outre les actions specifiques dans des Kiretse ibikorwa bimaze gutomorwa mu bisata domaines prioritaires, des actions paralleles et bishirwa imbere y'ibindi, hariho n'ibindi bikorwa bijanye complementaires sont organrsees pour kandi vyunganirana biringanizwa mu ntumbero yo promouvoir le volontariat de tous les citoyens guteza imbere ibikorwa vy'ukwitanga ku benegihugu sous diverses formes, notamment le soutien a bose mu buryo butandukanye, nko mu gushigikira !'organisation des chantiers de travaux itunganywa ry'imigambi y'ibikorwa rusangi, imigambi communautaires, des chantiers de travaux a y'ibikorwa bitanga ubuzi ku bantu benshi hamwe haute intensite de main-d'oouvre ainsi que n'ugutanguza imigambi y'ibikorwa vy'ukwitanga mu !'introduction des chantiers de travail volontaire gutanga inyigisho z'ugukunda igihugu mu mashure dans le cadre de !'education civique dans les akurikira fshure shingiro no muri za kaminuza. ecoles post-fondamentales et les universites. Section 2: Du statut des volontaires burundais Paragraphe 1: Des conditions de selection des volontaires burundais Article 6 Peut etre volontaire burundais, toute personne physique, quel que soit son niveau d'etudes, de formation ou de qualification, repondant aux criteres ci-apres : Agace ka 2: Amategeko ngenderwako agenga abakora ibikorwa vy'ukwitanga b'abarundi Agahimba ka 1: lbisabwa mu guhitamwo abemererwa gukora ibikorwa vy'ukwitanga b'abarundi lngingo ya 6 ( Uwushobora gukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi ni umuntu wese, hadafatiwe ku rugero rw'amashure yize, inyigisho yaronse canke urupapuro rw'umutsindo afise, akwije ibi bikurikira: 1 ° Etre de nationalite burundaise ou resider 1 ° Kuba ari umurundi canke amaze n'imiburiburi imyaka depuis au moins deux ans sur le territoire ibiri aba mu Burundi ; national; 2° Etre age de dix-huit ans au moins et de trente-cinq ans au plus, a la date de demande d'engagement ; 3° Presenter une attestation de bonne conduite, vie et moours valide datant de moins d'un rnois, delivree par le Gouverneur de sa province de residence ; 4 ° Ne pas avoir ete condamne, sauf pour infractions non intentionnelles, a une peine egale ou superieure a six mois de servitude penale sans sursis ou a une peine avec sursis egale ou superieure a un an de servitude penale ou a plusieurs peines, avec ou sans sursis, dont le total est egal ou superieur a un an de servitude penale; 2° Kuba afise n'imiburiburi imyaka y'amavuka icumi n'umunani kandi atarenza imyaka mirongo itat( n'itanu, kw'igenekerezo asabiyeko kuja mu bikorwa vy'ukwitanga ; 3° Gushikiriza urupapuro rwemeza ko yigenza neza kandi afise imico myiza rutarata igihe kandi rutaramara ikiringo c'ukwezi kumwe, rutangwa na Buramatari w'intara abamwo ; 4 ° Kuba ,.atarahariishwa, kiretse ku vyaha bitakozwe ibigirankana, igihano kingana canke kirenga amezi atandatu c'umunyororo gica gishirwa mu ngiro canke igihano kibangirwa gushirwa mu ngiro kingana canke kirenga umwaka umwe w'umunyororo canke ibihano vyinshi bibangirwa gushirwa mu ngiro canke bica bishirwa mu ngiro, ikiringo cavyo giteranijwe kikaba kingana canke kirenga umwaka umwe w'umunyororo; C 5° Ne pas avoir ete revoque d'un emploi public; 6° Etre reconnu apte par un medecin du Gouvernement relevant des structures publiques de soins de sante, a occuper un emploi public; 7° Accepter d'exercer le service de volontariat en tout lieu du territoire national ou international conformement aux dispositions de l'acte d'engagement. Article 7 Une ordonnance ministerielle, au regard des specificites exigees par la mission de volontariat, determine d'autres criteres en complement des criteres prevus a !'article 6. Paragraphe 2 : Des droits et des devoirs du volontaire burundais Sous-paragraphe 1er: Des droits du volontaire burundais Article 8 Le volontaire burundais per9oit au cours de l'exercice de sa mission une allocation forfaitaire mensuelle. L'allocation n'a pas le caractere d'un salaire ou d'une remuneration et n'est soumis ni a l'impot, ni a un quelconque prelevement social. Le montant est fixe a un niveau tel qu'il ne remette pas en cause le caractere desinteresse du volontariat. Les modalites de versement de !'allocation forfaitaire sont fixees par decret portant creation du Centre National du Volontariat du Burundi « CNVB ». Article 9 5 / 5° Kuba atigeze kwirukanwa mu kazi ka Reta ; 6° Kuba yemejwe n'umuganga akora mu bisata vya Reta bijejwe kubungabunga amagara y'abantu ko ashobora gukora akazi ka Reta; 7° Kwemera gukora igikorwa c'ukwitanga aho ari ho hose mu Burundi canke mu bindi bihugu hisunzwe ibitegekanijwe mu rwandiko rw'amasezerano y'ukwiyemeza gukora ibikorwa vy'ukwitanga. / lngingo ya 7 ltegeko nshikiranganji, hisunzwe ivyo umurimo w'ugukora ibikorwa vy'ukwitanga usaba, riratomora ibindi bifatirwako vyunganira ibifatirwako bitegekanijwe mu ngingo ya 6. Agahimba ka 2: lvyo uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi afitiye uburenganzira n'ivyo ategerejwe Agace k'agahimba ka mbere: lvyo uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi afitiye uburenganzira ,, lngingo ya 8 Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi araronka ku kwezi agashirukabute gashingwa icamaso mu gihe ariko ararangura umurimo wiwe. Ako gashirukabute ntigafatwa nk'umushahara canke nk'impembo kandi ntigatozwako ikori canke ngo gakurweko ayo ari yo yose ajanye n'ibikorwa vy'imibano. Urugero rw'ako gashirukabute rushingwa ku buryo ivyo bikorwa biguma biboneka ko ari ukwitanga. lbikurikizwa mu gutanga agashirukabute bishingwa n'itegeko ry'Umukuru w'lgihugu rishinga lkigo c'igihugu kijejwe ibikorwa vy'ukwitanga mu Burundi « CNVB ». ,,, lngingo ya 9 Le volontaire burundais a droit a une formation aux valeurs civiques, au renforcement de ses competences professionnelles et aux autres formations jugees necessaires. Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi afise uburenganzira bw'uguhabwa inyigisho z'ugukunda igihugu, inyigisho z'ukwungura ubumenyi n'ubushobozi vyiwe mu bijanye n'umwuga hamwe n'izindi nyigisho zifatwa ko zikenewe . ,, .... 7 Article 10 Le volontaire burundais a droit d'etre evalue selon les pratiques de sa structure d'accueil. 6 lngingo ya 10 Uwukora ,, ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi afise uburenganzira bw'uguhabwa amanota mu vyo akora hisunzwe ingene ikigo camwakiriye gisanzwe gitanga amanota. Article 11 lngingo ya 11 Le volontaire burundais a droit a une Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi afise attestation de services rendus et une allocation uburenganzira bw'ukuronka urwandiko rwerekana de fin de volontariat a la fin de sa mission. ibikorwa yaranguye n'agashirukabute gatangwa ibikorwa Article 12 Le volontaire burundais est affilie au regime d'assurance maladie-maternite des agents publics et aux assimiles. II lui est applique le regime de securite sociale en vigueur au sein de sa structure d'accueil. vy'ukwitanga birangiye. lngingo ya 12 Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi arategekanirizwa mu bijanye n'ukwivuza n'ukwibaruka nk'abakozi ba Reta n'abafatwa nk'abo. Ategekanirizwa kazoza hisunzwe amategeko asanzwf akurikizwa n'ikigo akoreramwo. Les cotisations a la securite sociale pour le lkigo c'igihugu kijejwe ibikorwa vy'ukwitanga mu Burundi volontaire national sont a la charge du Centre « CNVB » ni co kirihira uwukora ibikorwa vy'ukwitanga National de Volontariat du Burundi « CNVB ». intererano zijanye n'ukumutegekaniriza kazoza. Article 13 lngingo ya 13 Le volontaire burundais a droit aux conges Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi afise dans les memes conditions que les travailleurs uburenganzira bw'ukuronswa uturuhuko nk'uko employes dans sa structure d'accueil. bigirwa ku bakozi bakorera mu kigo akoreramwo. Article 14 Le volontaire burundais est libre de ses opinions politiques, philosophiques et religieuses. Toutefois, !'expression desdites opinions doit se faire en dehors de l'exercice de la mission de volontariat et avec la reserve appropriee au regard de son statut de volontaire. Article 15 Le volontaire burundais ayant accompli au moins douze mois de volontariat est dispense de !'obligation d'accomplir le service national civique ou militaire. Article 16 La structure d' accueil est civilement responsable des dommages causes a ses demandeurs de service par le volontaire burundais lors de l'exercice ou a !'occasion de l'exercice de sa mission. lngingo ya 14 Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi arafise uburengaozira bw'uguserura ivyiyumviro vyiwe vya, poritike, ivyiyumviro abantu bagenderako no m( vyerekeye amadini. Ariko, ivyo vyiyumviro bitegerezwa guserurwa atariko ararangura umurimo w'ukwitanga kandi akabivugana ukwigengesera kujanye n'ico akora. lngingo ya 15 Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi amaze kubirangura n'imiburiburi amezi icumi n'abiri ntaba agitegerejwe kurangura ibindi bikorwa bijanye n'ugukunda igihugu canke ibikorwa vy'igisirikare. lngingo ya 16 lkigo cakira abakora ibikorwa vy'ukwitanga ni co kibazwa indishi y'ivyo uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi yononeye-- abacitura mu gihe ariko ararangura umurimo ajejwe canke biturutse kuri uwo murimo. I ,. ( Sous-paragraphe 2 : Des devoirs du volontaire burundais Article 17 Le volontaire burundais est tenu d'executer personnellement et avec soin la mission pour laquelle l'acte d'engagement a ete conclu. Article 18 Le volontaire burundais doit adherer aux valeurs du volontariat, de la citoyennete, de la solidarite et de la paix et doit reuvrer a les promouvoir parmi ses pairs et dans la communaute ou ii travaille. Article 19 Le volontaire burundais doit s'abstenir d'exiger de la structure d'accueil ou d'autres personnes en rapport avec sa mission de volontariat, une contrepartie quelle qu'en soit la nature. II ne peut avoir par lui-meme ou par personne interposee, des actions ou des parts sociales dans la structure ou ii exerce la mission de volontariat. Article 20 Le volontaire burundais est tenu de respecter les droits, les convictions et les opinions des beneficiaires de sa mission. II doit, en toutes circonstances, assurer la m1ss1on de volontariat en toute impartialite, neutralite et se garder de toute attitude discriminatoire. Article 21 Le volontaire burundais doit participer aux actions de formation entreprises par la structure d'accueil pour ameliorer la qualite des services. Article 22 Pendant la duree de sa mission, le volontaire burundais ne peut exercer a temps plein aucune autre activite de quelque nature que ce soit. · 7 Agace k'agahimba ka 2: lvyo uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi ategerejwe / lngingo ya 17: Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi ategerezwa kurangura we nyene ubwiwe kandi neza umurimo yiyemeje mu rwandiko rw'amasezerano. lngingo ya 18 Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi ategerezwa kugendera akaranga k'abakora ibikorwa vy'ukwitanga, k'ubwenegihugu, k'ugufashanya n'ukugira ingendo y'amahoro kandi agategerezwa kubikundisha abo bakorana n'umugwi w'abanyagihugu akoreramwo. lngingo ya 19 Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi ategerezwa kwirinda gusaba ikigo akoreramwo canke abandi bantu bafitaniye isano n'umurimo wiwe w'ukwitanga, impembo iyo ari yo yose ku bikorwa aba yaranguye bijanye n'ukwitanga. Ntashobora kuba afise we nyene ubwiwe canke biciye ku wundi muntu, imitahe canke imigabane y'imitahe mu kigo akoreramwo ibikorwa vy'ukwitanga. lngingo ya 20 Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi ategerezwa kwubahiriza uburenganzlra bw'abo ariko ararangurira ibikorwa vy'ukwitanga, ivyo bemera n'ivyiyumviro vyabo. Ategerezwa, mu bihe ivyo ari vyo vyose, kurangura ibikorwa vy'ukwitanga acisha aho ukuri kuri; ata na hamwe ahengamiye kandi akirinda n'inyifato yose y'ukuvangura. lngingo ya 21 Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi ategerezwa gukurikirana inyigisho zitunganywa n'ikigo akoreramwo kugira ibikorwa birangurwe neza gusumba. lngingo ya 22 Mu kiringo aranguramwo imirimo ashinzwe, uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi ntashobora kugira ikindi gikorwa akora uko coba kimeze kwose mu mwanya wose w'akazi. Lorsque l'exercice d'activites accessoires est de nature a compromettre !'execution de la mission de volontariat, le volontaire doit demander au prealable une autorisation de la structure d'accueil. Article 23 Le volontaire burundais est tenu de respecter les mesures d'organisation inteme de la structure d'accueil notamment la discipline, les horaires de travail et les consignes d'hygiene et de securite. Article 24 Le volontaire burundais est astreint au secret professionnel pour les faits, les informations confidentielles ou documents dont ii a eu connaissance dans l'exercice ou a !'occasion de l'exercice de sa mission. Article 25 Le volontariat burundais est incompatible avec toute activite remuneree publique OU privee, a !'exception de la production d'reuvres scientifiques, litteraires ou artistiques. Les activ~es accessoires d'enseignement sent, sous reserve de !'accord de la structure d'accueil, incompatibles avec le volontariat burundais. Le volontariat burundais est compatible avec la poursuite des etudes ou d'une formation professionnelle pour autant qu'elles n'entravent pas la bonne execution de la mission du volontaire burundais. Section 3: De l'acte d'engagement du volontaire burundais Paragraphe 1er: De la nature et de la duree de l'acte d'engagement Article 26 8 Mu gihe ukurangura ibindi bikorwa vyoshobora kubangamira irangurwa ry'umurimo ajejwe, uwukora ibikorwa vy'ukwitanga ategerezwa kubanza kubisabira uruhusha ikigo akoreramwo. lngingo ya 23 Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi ategerezwa kwubahiriza ingene ikigo akoreramwo gitunganijwe nko mu bijanye n'inyifato, amasaha y'akazi, ibisabwa bijanye n'isuku hamwe n'umutekano. lngingo ya 24 Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi ategerezwa kugumiza mw'ibanga ivyakozwe, inkuru zo mw'ibanga canke inzandiko yamenye mu gihe ariko ararangura umurimo ajejwe canke biturutse kuri UW'( murimo. lngingo ya 25 lbikorwa vy'ukwitanga birangurwa n'umurundi ntibibangikanywa n'igikorwa ico ari co cose ca Reta canke ic'abikorera utwabo gitangirwa impembo, kiretse ibikorwa vyerekeye ubushakashatsi, amayagwa canke utugenegene. lbindi bikorwa bijanye n'ukwigisha, kiretse bltangiwe uruhusha n'ikigo uwukora ibikorwa vy'ukwitanga akoreramwo, ntibibangikanywa n'umurimo w'ukwitanga urangurwa n'umurundi. lbikorwa vy'ukwitanga birangurwa n'umurundi birabangikanywa n'ukubandanya amashure cank~r inyigisho zijanye n'umwuga mu gihe bitabera intambamyi irangurwa uko bibereye ry'umurimo w'uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi. Agace ka 3: Urwandiko rw'amasezerano agirwa n'uwiyemeza gukora ibiko~a vy'ukwitanga w'umurundi Agahimba ka mbere: Uko urwandiko rw'amasezerano y'ukwiyemeza gukora ibikorwa vy'ukwitanga rufatwa n'ikiringo rumara lngingo ya 26 L'acte d'engagement n'est pas un contrat de travail, ni un contrat de prestation de services. urwandiko rw'amasezerano y'ukwiyemeza gukora ibikorwa vy'ukwitanga si amasezerano y'akazi, canke amasezerano y'ukurangurira abandi ubuzi. ~ ~ ( 9 Article 27 lngingo ya 27 L'acte d'engagement du volontaire burundais est signe pour une duree comprise entre six mois et douze mois et peut etre renouvele sans que sa duree totale n'excede trois ans. Toute personne physique ayant ete volontaire burundais peut signer de nouveaux actes d'engagement tant que la duree cumulee de !'ensemble de ces actes n'excede pas trois ans. Urwandiko rw'amasezerano y'ukwiyemeza gukora ibikorwa vy'ukwitanga birangurwa n'umurundi rushirwako umukono kugira rumare ikiringo kiri hagati y'amezi atandatu n'amezi icumi n'abiri kigashoborora kwongerezwa ariko case hamwe ntikirenze imyaka itatu. Umuntu wese yigeze gukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi arashobora gushira umukono ku nzandiko nshasha z'amasezerano y'ukwiyemeza gukora ibikorwa vy'ukwitanga ari uko ibiringo izo nzandiko zimara biteranije bitarenza imyaka itatu. / Toutefois, nut ne peut continuer les activites de Ariko, nta n'umwe ashobora kubandanya akora ibikorwa volontariat s'il atteint l'age de 38 ans revolu. vy'ukwitanga amaze gushikana imyaka 38 yuzuye. Paragraphe 2 : De la suspension de l'acte d'engagement Article 28 En cas de maladie ou d'accident ·entrainant une incapacite temporaire de travail, l'acte d'engagement est suspendu mais garde ses effets quant aux droits du volontaire. Lorsque le volontaire est en etat de prester a nouveau dans les trois mois, l'acte d'engagement reprend tous les effets avec une prorogation correspondant a la periode de suspension. Paragraphe 3 : De .la rupture de l'acte d'engagement Article 29 L'acte d'engagement peut etre rompu a !'initiative du volontaire burundais ou de Ia structure d'accueil sous reserve du respect d'un delai de preavis d'un mois. Toutefois, si la rupture a pour objet de permettre au volontaire burundais d'etre immediatement embauche, le delai de preavis est ramene a une semaine. Agahimba ka 2: Uguhagarika ivy'agateganyo urwandiko rw'amasezerano y'ukwiyemeza gukora ibikorwa vy'ukwitanga lngingo ya 28 Mu gihe uwukora ibikorwa vy'ukwitanga arwaye canke agize isanganya bigatuma adashobora kurangura mu gihe gito imirimo ajejwe, amasezerano y'ukwiyemeza gukora ibikorwa vy'ukwitanga aba arahagarikwa ivy'agateganyo, ariko aguma akurikizwa ku bijanye n'ivyo uwukora ibikorwa vy'ukwitanga afitiye uburenganzira. lgihe mu mezi atatu, uwukora ibikorwa vy'ukwitanga ashoboye gusubira ku bikorwa, urwandiko rw'amasezerano y'ukwiyemeza gukora ibikorwa vy'ukwitanga ruca rusubira gukurikizwa muri vyose, ikiringo carwo kikongerwako ikiringo kingana n'ico amasezerano yamaze ahagaritswe ivy'agateganyo. Agahimba ka 3: lhagarikwa ry'urwandiko rw'amasezerano y'ukwiyemeza gukora ibikorwa vy'ukwitanga lngingo ya 29 Urwandiko rw'amasezerano y'ukwiyemeza gukora ibikorwa vy'ukwitanga rurashobora guhagarikwa biwye ku wukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi canke ku kigo akorerarnwo ari uko hubahirijwe ikiringo c'uguteguza kingana n'ukwezi kumwe. Ariko, iyo uguhagarika urwo rwandiko bifise intumbero yo gutuma uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi aca aronka akazi ubwo nyene, ico kiringo c'uguteguza kiragabanywa gushika ku ndwi imwe. 10 / Article 30 lngingo ya 30 En cas de faute lourde commise par le volontaire burundais ou par la structure d'accueil et constatee par la Commission inteme de conciliation mise en place par le Mu gihe uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi akoze ikosa rihambaye canke rikozwe n'ikigo akoreramwo bikemezwa n'Umugwi w'ikigo akoreramwo ujejwe gutatura amatati ushirwaho n'lkigo c'igihugu kijejwe ibikorwa vy'ukwitanga, urwandiko rw'amasezerano y'ukwiyemeza gukora ibikorwa vy'ukwitanga rurashobora guhagarikwa hatarinze kwubahirizwa ikiringo c'uguteguza. Centre National du Volontariat, l'acte d'engagement peut etre rompu sans !'observation du delai de preavis. Article 31 L'acte d'engagement prend fin par: 1 ° Accord des parties signataires ; lngingo ya 31 Amasezerano ajanye n'urwandiko rw'ukwiyemeza gukora ibikorwa vy'ukwitanga arangira igihe : 1 ° Abayashizeko umukono bavyumvikanye ; 2° Cessation d'activites de la structure 2° lkigo uwukora ibikorwa vy'ukwitanga akoreramwf d'accueil ; gihagaritse ibikorwa ; 3° Deces du volontaire burundais ; 4 ° lncapacite du volontaire burundais de reprendre sa mission de volontariat a l'et<piration d'une periode de trois mois de maladie. Article 32 En cas .de rupture de l'acte d'engagement suite au deces du volontaire burundais, les ayants droit beneficient d'une contribution aux frais funeraires dont le montant et les modalites de paieme,nt sont fixes par le Centre National du Volontariat. Article 33 L'allocation de fin de volontariat est due sauf en cas de faute lourde du volontaire. Dans :Ie cas de maladie ou d'accident entrainant une incapacite temporaire de travail, une allocation d~ fin de volontariat est versee en reference a la periode ou son acte d'engagement etait valide. 3° Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi apfuye; 4 ° Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi adashoboye gusubira kurangura umurimo w'ukwitanga haheze ikiringo c'amezi atatu arwaye. lngingo ya 32 Mu gihe amasezerano y'ukwiyemeza gukora ibikorwa vy'ukwitanga arangiye biturutse ku rupfu rw'uwukora ibikorwa vy'ukwitanga w'umurundi, abafise uburenganzira bw'ukumutorana barahabwa intererano y'amafarangt,, y'ukumuhambisha, igitigiri cayo n'ibikurikizwa mtJ. kuyatanga bigashingwa n'lkigo c'igihugu kijejwe ibikorwa vy'ukwitanga. lngingo ya 33 Amafaranga atekererwa uwukora ibikorwa vy'ukwitanga arangije ikiringo c'imirimo ajejwe ategerezwa kuyaronswa, kiretse mu gihe yakoze ikosa rihambaye. Mu gihe uwukora ibikorwa vy'ukwitanga atagishoboye kurangura umurimo ajejwe mu gihe gito biturutse ku ndwara canke kw'isanganya, amafaranga atekererwa arangije ikiringo c'imirimo atangwa hafatiwe ku kiringo amasezerano y'ukwiyemeza gukora ibikorwa vy'ukwitanga yari acemewe. .. ( 11 Le montant et les modalites de calcul sont lgitigiri c'ayo mafaranga n'ingene aharurwa bishingwa fixes par le decret organisant le Centre n'itegeko ry'Umukuru w'lgihugu ritunganya lkigo c'igihugu National du Volontariat du Burundi« CNVB ». kijejwe ibikorwa vy'ukwitanga mu Burundi« CNVB ». Section 4: De la valorisation et de la promotion du volontariat burundais Paragraphe 1 : De la validation des acquis Article 34 L'ensemble des competences acquises et le temps effectivement passe dans !'execution de l'acte d'engagement en rapport direct avec le contenu d'un diplome, d'un titre a finallte professionnelle ou d'un certificat de qualification sont pris en compte au titre de la validation des acquis de I 'experience. A l'issue de la mission du volontaire, ii lui est attribue. un certificat de competences synthetisant la somme de capacites acquises pendant la duree de son service. Le certificat est valide par le Ministre ayant la jeunesse dans ses attributions. Paragraphe 2 : De !'attribution des distinctions Article 35 Des decorations nationales peuvent etre decemees aux volontaires burundais qui se distinguent dans la realisation de leurs prestations. Paragraphe 3 : De la journee nationale du volontariat Agace ka 4: Ugutuma ibikorwa vy'ukwitanga birangurwa n'abarundi bigira agaciro n'ugutuma bihurumbirwa Agahimba ka 1: Ukwemeza ubumenyi uwukora ibikorwa vy'ukwitanga yaronse lngingo ya 34 Ubumenyi bwose uwukora ibikorwa vy'ukwitanga yaronse hamwe n'umwanya wose yamaze ashira mu ngiro amasezerano y'ukwiyemeza gukora ibikorwa ,,,. vy'ukwitanga bijanye n'ibiri ku rupapuro rw'umutsindo afise, ku rwandiko rwerekana umwuga yize canke iseredifika y'inyigisho yaronse birafatirwako mu kwemeza ubumenyi yaronse mu kurangura imirimo. Uwukora ibikorwa vy'ukwitanga arangije ikiringo c'imirimo ajejwe, arahabwa iseredifika yerekana ubumenyi bwose yaronse mu gihe yamaze arangura ibikorwa vy'ukwitanga. Iyo seredifika yemezwa n'Umushikiranganji ajejwe urwaruka. Agahimba ka 2: ltangwa ry'imidari y'iteka ;' lngingo ya 35 lmidari y'iteka yo ku rwego rw'igihugu irashobora guhabwa abakora ibikorwa vy'ukwitanga b'abarundi barushije abandi mu kurangura imirimo y'ukwitanga. Agahimba ka 3: Umunsi wahariwe ibikorwa vy'ukwitanga mu gihugu Article 36 lngingo ya 36 Une joumee nationale est dediee chaque annee Umunsi wahariwe ibikorwa vy'ukwitanga birangurwa au volontariat burundais. n'abarundi urahimbazwa mu Burundi uko umwaka utashe. Elle coi'ncide avec la joumee intemationale des Uwo munsi uhurirana n'umunsi mukuru mpuzamakungu volontaires. wahariwe-abakora ibikorwa vy'ukwitanga. • • CHAPITRE Ill : DES STRUCTURES D'ACCUEIL DES VOLONTAIRES BURUNDAIS Article 37 Les structures d'accueil ne sont pas autorisees a remplacer des salaries ou des prestataires de service munis d'un contrat en cours par des volontaires burundais. Article 38 Une structure d'accueil ne peut accueillir un volontaire lorsqu'elle a procede a un licencieinent economique dans les six mois precedant la date de prise d'effet de l'acte · d'engagement, ou lorsque les missions confiees au volontaire ont ete precedemment exercees par un salarie de la structure d'accueil licencie ou ayant demissionne dans les six mois precedant la date de prise d'effet de l'acte d'engagement. 12 IGICE CA Ill: IVYEREKEYE IBIGO VY AKIRA ABAKORA IBIKORWA VY'UKWITANGA B'ABARUNDI / lngingo ya 37 lbigo vyakira abakora ibikorwa vy'ukwitanga ntibirekuriwe gusubiriza abakozi baronka umushahara canke abarangurira ubuzi ivyo bigo bafise amasezerano y'akazi atararangira n'abakora ibikorwa vy'ukwitanga b'abarundi. lngingo ya 38 lkigo cakira abakora ibikorwa vy'ukwitanga ntigishobora kugiranira amasezerano n'uwukont ibikorwa vy'ukwitanga mu gihe, mu mezi atandatu y'imbere y'igenekerezo ayo masezerano yotangurirako gukurikizwa, canke mu gihe imirimo yoshingwa uwo akora ioikorwa vy'ukwitanga mushasha yahora irangurwa n'umukozi w'ico kigo yirukanywe canke yatanze imihoho mu mezi atandatu imbere y'igenekerezo amasezerano mashasha yotangurirako gukurikizwa. La mission confiee a un volontaire ne Umurimo uhawe uwukora ibikorwa vy'ukwitanga si correspond pas a un poste structurant pour akazi gategekanijwe mu ndinganizo y'ikigo cakira !'organisation d'accueil. Elle vient completer abakora ibikorwa vy'ukwitanga. Uza kwunganira canke ou ameliorer les activites de ladite structure. gutuma ibikorwa vy'ico kigo bikorwa neza gusumba. ( Article 39 lngingo ya 39 Les structures d'accueil doivent, pour obtenir le lbigo vyakira abakora ibikorwa vy'ukwitanga concours des volontaires burundais, remplir bitegerezwa, kugira vyakire abakora ibikorwa des conditions minimales en termes de vy'ukwitanga b'abarundi, kuba bikwije ibisabwa capacite a encadrer ces derniers et ales aider n'imiburiburi mu vyerekeye ubushobozi a acqu'e~rir et a ameliorer leurs competences bw'ukubakurikirana n'ukubafasha kuronka ubumenyi professionnelles. bujanye n'umwuga hamwe no gutuma bwongerekana. L'evaluation de cette capacite releve de la competence des organes du Centre National du Volontariat en charge de !'affectation des volontaires burundais. lsuzumwa ry'ubwo bushobozi rigirwa n'inzego z'lkigo c'igihugu kijejwe ibikorwa vy'ukwitanga zijejwe kurungika abakora ibikorwa vy'ukwitanga mu bigo bitandukanye baja gukoreramwo. ,, ( ( ..... 13 CHAPITRE IV : IGICE CA IV: DES DISPOSITIONS FINALES INGINGO ZISOZERA Article 40 lngingo ya 40 Toutes les dispositions anterieures contraires a lngingo zose zahahora ziteye kubiri n'iri bwirizwa la presente loi sont abrogees. zirafuswe. Article 41 lngingo ya 41 La presente loi entre en vigueur le jour de sa lri bwirizwa ritangura gukurikizwa kuva umunsi promulgation. ritangarijweko. Fait a Bujumbura le '5 juillet 2018 VU ET SCELLE DU SCEAU DE LA REPUBLIQUE, Bigiriwe i Bujumbura, ku wa ~ Mukakaro 2018 BIBONYWE KANDI BITEWEKO IKIMANGU CA REPUBURIKA,

Loi n° 1/14 du 05 juillet 2018 portant création d'un corps des volontaires Burundais · Nelum