Décret n° 100-189 du 25 Août 2014 portant modalités de détermination et d'instauration des périmètres de protection des captages d'eau destinée à la consommation humaine
颁布于 2014-08-25 · 文本截至 2026-10-01
以研究形式发布的公开法律与官方指引,不构成法律、税务或金融建议。
研究内容本身以英文撰写。标题和标签已翻译,调查结果和引文未翻译。
关于这部法律
- 语言
- French
- 类型
- 条例
- 国家
- 布隆迪
- 主题
- Food and nutrition, Water
- 关键词
- potable water, water conservation zone, well sinking/boreholes, water resources management
在哪里阅读
文本
所收录的法律原文,按条款排列。每个条款都有自己的链接。
REPUBLIQUE DU BURUNDI • CABINET DU PRESIDENT DEC RET W 10014Z.:3 DU )-5 AOOT 2014 PORTANT MODALITES DE DETERMINATION ET D'INSTAURATION DES PERI METRES DE PROTECTION DES CAPT AGES D'EAU DESTINEE A LA CONSOMMATION HUMAINE LE PRESIDENT DE LA REPUBUQUE, REPUBLIKA Y'UBURUNDI • IBIRO VY'UMUKURU W'IGIHUGU ITEGEKO INOMERO 100113..9 RYO KU WA ;z,§ MYANDAGARO 2014 RYEREKEYE INGENE HATOMORWA UTURERE DUKINGIRA AMASOKO AKWEGWAMWO AMAZI ABANTU BANYWA N'INGENE DUSHINGWA UMUKURU W'IGIHUGU, Vu la Constitution de la Republique du Burundi ; Yihweje Ibwirizwa Shingiro rya Republlka y'Uburundi ; Vu la Loi n° 1f02 du 26 mars 2012 portant Code de l'Eau au Burundi, specialement en article 4 point 43, 41 , 43, 44, 45, 46 et 47 ; Vu Ie Decret n° 100/95 du 28 mars 2011 portant Organisation du Ministere de I'Eau, de I'Environnement, de I'Amenagement du Territoire et de I'Urbanisme ; Vu Ie Decret n° 100/115 du 30 aVril 2013 portant Reorganisation du Ministere de l'Agriculture et de l'Elevage, specialement en son article 25 ; Vu Ie Decret n° 100f319 du 22 decembre 201 1 portant Statuis de l'Agence burundaise de I'hydraulique rurale, specialement en son article 24 ; Sur proposition du Ministre de I'eau, de I'environnement, de I'amenagement du territoire et de I'urbanisme ; Le Conseil des Ministres ayant dellbere ; DECRETE : Yihweje Ibwirizwa inomero 1/02 ryo ku wa 26 Ntwarante 2012 ryerekeye Igitabu c'amategeko agenga amazi mu Burundi na canecane mu ngingo ya 4, agace ka 43, iya 41, iya 43, iya 44, iya 45, iya 46 n'iya 47 ; Yihweje Itegeko inomero 100f95 ryo ku wa 28 Ntwarante 2011 ritunganya Ubushikiranganji bw'Amazi, Ibidukikije, Ugutunganya amatongo n'iterambere ry'lbisagara ; Ylhweje Itegeko inomero 100/115 ryo ku wa 30 Ndamukiza 2013 ritunganya gushasha Ubushikiranganji bw'Uburimyi n'Ubworozi, na canecane mu ngingo yaryo ya 25 ; Ylhweje Iteg~ko inomero 100/319 ryo ku wa 22 Kigarama 2011 ryerekeye amategeko ngenderwako y'lkigo c'lgihugu kijejwe gukwiragiza amazi ahatari mu bisagara, na canecane mu ngingo yaryo ya 24 ; Bishikirijwe n'Umushikiranganji w'amazi, ibidukikije, ugutunganya amatongo n'iterambere ry'ibisagara ; Inama Nshikiranganji imaze kuvyihweza ; ASHINZE : CHAPITRE PREMIER : DE L'OBJET Article 1" : Sans prejudice des dispositions particulieres contenues dans d'autres textes legislatifs ou reglementaires en vigueur, Ie present decret a pour objet de definir les modalites de determination et d'instauration des perimetres de protection des captages d'eau destinee a la consommation humaine, tels que definis par I'article 4 point 43 du Code de I'eau. CHAPITRE II : DES MODALITES DE DETERMINATION DES PERI METRES DE PROTECTION DES CAPTAGES D'EAU Section 1 : La delimitation des perimetres Article 2 : Sous reserve des dispositions ci-apres, la determination des perimetres de protection des captages d'eau destinee a la consommation humaine obeit aux normes techniques contenues dans Ie Guide nalional de determination des perimetres de protection des captages d'eau destinee ala consommation humaine en annexe I, et qui fait partie integrante du present decre!. Le guide vise a I'alinea precedent est susceptible d'etre mis a jour chaque fois que de besoin, par ordonnance du Ministre en charge de la gestion de I'eau, apHis avis du Conseil des Ministres. Article 3 : Tout operateur public ou prive intervenant dans la constnuction, la gestion ou I'exploitation des captages d'eau destinee a la consommation humaine est tenu de proceder a la delimitation et a la mise en place de perimetre(s) de protection avant Ie debut de I'exploitation. 2 IGICE CA MBERE : IVYO IRI BWIRIZWA RYEREKEYE Ingin90 ya mbere : Hatirengagijwe izindi ngingo zivyerekeye ziri mu yandi mabwirizwa n'amategeko asanzwe akunkizwa, iri tegeko rifise intumbero y'ugusigura ingene hatomorwa uturere dukingira amasoko akwegwamwo amazi abantu banywa n'ingene dushingwa, nk'uko biri mu ngingo ya 4 agace 43 y'lgitabu c'amategeko agenga amazi. IGICE CA II: INGENE HATOMORWA UTURERE DUKINGIRA AMASOKO AKWEGWAMWO AMAZI Agace ka 1 : Ugushiraho imbibe Ingingo ya 2 : Hatirengagi)we mgmgo z'iri tegeko zikurikira, ugutomora imbibe z'uturere dukingira amasoko akwegwamwo amazi abantu banywa vyubahiriza amategeko ategekanijwe mu Rwandiko rw'ivyisungwa ku rwego rw'igihugu mu gutomora uturere dukingira amasoko akwegwamwo amazi abantu banywa rugize imperekeza ya I, kandi ruri mu bigize iri tegeko. Urwandiko rwavuzwe mu gahimba ka mbere k'iyi ngingo nurashobora kuja nuraroranishwa n'ibihe igihe cose bikenewe, biciye mw'itegeko ry'Umushikiranganji ajejwe amazi, Inama nshikiranganj i imaze kugira ico ibivuzeko. In9ingo ya 3 : Umuntu wese canke ishirahamwe ryose ryaba irya Reta canke iryigenga rikora ivy'ukwubaka amasoko akwegwamwo amazi abantu banywa, ukuyatunganya canke ukuyakoresha, ritegerezwa gushiraho imbibe z'uturere dukingira amasoko akwegwamwo amazi abantu banywa n'ukuhashinga uturimbi imbere y'ugutangura gukoresha amasoko. c Les peri metres peuvent avoir pour objet la protection immediate, rapprochee ou eloignee en fonction des imperatifs de la protection qualitative de I'eau. Quel que soit Ie type de perimetre de protection, son amenagement est subordonne a I'obtention prealable d'une autorisation de I'autorite competente. Section 2 : La procedure d'autorisatioo de delimitation de peri metres Article 4: Le dossier de demande est introduit en trois exemplaires par I'operateur. II est adresse au Ministre en charge de la gestion de I'eau sauf si Ie captage n'est pas muni d'un systeme d'adduction, auquel cas les demandes sont adressees a l'Administrateur communal territorialement competent. Article 5 : 3 Utwo turere tugenewe gukingira avo masoko nyene akwegwamwo amazi, twaba uturi hafi canke kure yayo bivanye n'ibikenewe mu gukingira akaranga k'amazi abantu banywa. Akarere gakingira amasoko akwegwamwo amazi, kaba akari hafi canke akari kure y'amasoko, gatunganywa ari uko umutegetsi abifitiye ububasha abanje kubitangira uruhusha. Agace ka 2 : Ibikurikizwa mu gutaoga uruhusha rw'ugushiraho imbibe z'uturere dukiogira amasoko akwegwamwo amazi Ingingo ya 4 : Idosiye y'ugusaba uruhusha ishikirizwa mu makopi atatu n'ishirahamwe rya Reta canke iryigenga. Iyo dosiye irungiki/Wa Umushikiranganji ajejwe amazi kiretse iyo igiko/Wa c'ugukwega amazi kitari kumwe n'ic'ukuyakwiragiza, muri ico gihe amadosiye abisaba arungiki/Wa Musitanteri w'lkomine akarere vyerekeye karimwo. Ingingo ya 5 : Le dossier contient au minimum les documents Idosiye y'ugusaba uruhusha iba irimwo o'imiburiburi et les informations ci-apres : inzandiko o'ibimenyeshwa bikurikira : 1· L'identite ou la denomination du demandeur, son domicile ou sa residence ou, s'iI s'agit d'une personne morale, son siege eVou son principal etablissement au Burundi, avec toutes les pieces justificatives necessaires, telles qu'une attestation d'identite complete ou, s'il s'agit d'une personne morale, les statuts la regissant y compris, Ie cas echeant. une autorisatlon officielle d'exercer au Burundi, avec indication de ses representants legaux ; 1· Ibiranga uwusaba uruhusha canke izina 2· 2· La peri ode projetee de delimitation et d'implantation de la protection ; .,'1" . -. . 3· L'etude technique du projet dont Ie contenu 3· est defini a I'article 8 ci-dessous ; ry' ishirahamwe, ahari urugo /W'uwusaba uruhusha canke aho acumbitse, mu gihe ari ishirahamwe naho, iciearo caryo eanke ahari ikigo gikuru earyo mu Burundi, hamwe n'inzandlko zose zikenewe, nk'u /Wandiko rudondora umuntu canke, iyo ari ishirahamwe, amategeko ngenderwako yaryo, harimwo, bikenewe, uruhusha rutangwa n'ubutegetsi /WO gukorera mu Burundi, hakerekanwa n'abariserukira imbere y'amategeko ; Ikiringo gitegekanijwe c'ugushiraho imbibe z'akarere gakingira amasoko akwegwamwo amazi n'ugutangura ibiko/Wa vy'ukuhakingira ;-z' Icigwa c'ubuhinga buzokoreshwa mu mugambi ibishi/Wa muri ico cigwa bikaba bitomowe mu ngingo ya 8 y'iri tegeko ; c 4' Un avis de l'Administrateur communal du lieu d'implantation du perimetre de protection saul si la demande est adressee a cette autorite communale. Article 6 : Les delimitations visees a I'article 3 ci-dessus sont effectuees sur base d'une etude technique prealable etablissant ciairement que la necessite de proceder a la protection speciale d'un tel captage releve de I'interet general local, regional ou national. Article 7 : L'etude technique prescrite il I'article 6 est menee par I'operateur interesse. Le Ministre en charge de la gestion de I'eau et l'Administrateur communal territorialement competent reyoivent pour avis une copie du rapport d'etude produit. Article 8 : 4 4' Urwandiko rurimwo ico musitanteri w'ikomine irimwo akarere ko gukingira isoko abivugako, kiretse iyo bisabwe musitanleri nyene. Ingingo ya 6 : Ugushiraho imbibe zivugwa mu ngingo ya 3 y'iri tegeko bigirwa hisunzwe icigwa c'ubuhinga kiba cagizwe cerekana neza ko ari nkenerwa ko isoko rikingirwa ku buryo budasanzwe ku neza y'abahaba bose, y'ababa muri ako karere canke ku neza y'igihugu. Ingingo ya 7 : lcigwa c'ubuhinga kivugwa mu ngingo ya 6 gikorwa n'uwusaba uruhusha. Umushikiranganji ajeJwe amazi na musitanteri atwara ikomine igikorwa c'ugukwega amazi kiberamwo bararungikirwa ikopi y'icegeranyo c'icigwa cakozwe kugira bagire ico babivuzeko. Ingingo ya 8 : Le rapport d'etude vise a I'articie 7 comporte, Icegeranyo c'icigwa kivugwa mu ngingo ya 7 kirimwo entre autres : ahanini ibi bikurikira : une description du captage a proteger, son emplacement, sa vocation , son debit et Ie nombre approximatil de beneficiaires ; la nature des perimetres de protection proposes, a savoir les perimetres de protection Immediate et rapproche, avec indication cartographique precise des zones respectives a proteger ; des precIsions sur I'opporlunite ou I'inopportunite de completer Ie perimetre de protection propose, par un perimetre de protection eloigne ; une description-,;des mesures pratiques proposees pour" la mise en place des perimetres de protection ; Ukudondora isoko rikwegwamwo amazi rikeneye gukingirwa, aho riri , ico rigenewe, urugero rw'amazi yisuka kw'isegonde n'igitigiri ngereranyo c'abazoyakoresha ; Uturere tugenewe gukingira amasoko akwegwamwo amazi utwo ari two, turi hafi y'amasoko, n'ukwerekana neza kw'ikarata aho uturere two gukingira duherereye ; Ugutomora ko bikenewe canke bidakenewe ko akarere gakingira isoko kongerwako akandi karere k'ukurikingira kagera kure ; Insiguro y'ingingo zizoshirwa mu ngiro mugushiraho uturere tw'ugukingira isoko ; II un rapport d'enquete parcellaire et participatif etablissant les differents tltulaires de droits fonciers sur Ie site a eriger en zone " de protection, comportant, Ie cas echeant, un memorandum d'entente avec les tltulaires de droits fonciers sur led it site sur la forme et les modalites d'indemnisation ; Une note d'evaluation d'impacts socio economiques negatifs avec, s'iI y a lieu, des mesures de mitigation, Les indications techniques contenues dans Ie rapport se referent explicitement aux poi nts precis du Guide national de determination des perimetres de protection des captages d'eau destinee a la consommation humaine. Article 9 : Independamment des propositions contenues dans I'etude prealable a I'instauration d'un peri metre de protection, les activites reprises a I'article 45 du Code de I'eau sont, en tout lieu et en toute circonstance, niputees interdltes dans tout peri metre de protection immEidiat et rap proche. Article 10 : Conformement aux dispositions du Code foncier relatives a I'expropriation pour cause d'utililii publique, tout etablissement d'un perimetre de protection immediat est precede d'une allocation d'une juste et prealable indemnite aux proprietaires ou aux titulaires d'autres droits fonciers sur la partie non domaniale du perimetre en question. Article 11 : Dans les cas des captages non munis d'un systeme d'adduction ou les demandes sont adressees a l'Administrateur communal, ce dernier dispose d'un delai d'un mois pour les traiter et y repondre. 5 Icegeranyo c'ivyatohojwe ku matongo cere kana abafise uburenganzira ku matongo yo mu karere isoko rikwegwamwo amazi abo ari bo, gikorwa barimwo, ki rimwo, igihe bikenewe, amasezerano y'umwumvikano abafise uburenganzira ku matongo yo muri ako karere bagiranira n'uwusaba uruhusha ku vyerekeye umuzibukiro bazoronka n'ingene uzotangwa ; Urwandiko rwerekana ingaruka mbi muvy'imibano n'ubutunzi zishobora gushika kubera ishirwa mu ngiro ry'uwo mugambi ham we, bikenewe, n'ingingo zituma hononekara bike. Ivyerekana ubuhinga buzokoreshwa bishirwa mu cegeranyo biratomora ingingo zakurikijwezo mu rwandiko rw'ivyisungwa ku rwego rw'igihugu mu gushinga uturere tw'ugukingira amasoko akwegwamwo amazi abantu banywa. Ingingo ya 9 : Hatarinze kwisungwa ivyashikirijwe mu cigwa c'intangamarara kigirwa imbere y'ugushinga akarere k'ugukingira isoko, ibikorwa bivugwa mu ngingo ya 45 y'lgitabu c'amategeko agenga amazi, aho ari hose no mu gihe ico ari cocose, bifatwa ko bibujijwe mu karere kose gakingira isoko haba hafi canke ahegereye isoko. Ingingo ya 10 : Hisunzwe ingingo zo mu Gitabu c'amategeko agenga amatongo zijanye n'ugusohora abantu mu matongo yabo ku neza ya bose, imbere y'ugushinga akarere k'ugukingira isoko ry'amazi abantu banywa, bene amatongo can,e abandi bafise ubundi burenganZira kw'itongo atari irya Reta riri muri ako karere babanza guhabwa umuzibukiro ukwiye. Ingingo ya 11 : Mu gihe·-ari igikorwa c'ugukwega amazi gusa ukuyakwiragiza bitarimwo, amadosiye ashikirizwa musitanteri w'lkomine, nawe akaba afise ikiringo c'ukwezi kumwe kugira ayige kandi atange inyishu. Article 12 : Lorsque la demande est adressee au Ministre avant la gestion de J'eau dans ses attributions, celui·ci dispose d'un delai de deux mois maximum pour la suite y relative. En vue d'une instruction approfondie de la demande, deux copies du dossier sont envoyees pour avis respectivement au Ministre en charge de J'eau potable et au Ministre en charge de l'Administration territoriale. lis disposent chacun d'un delai d'un mois maximum pour faire parvenir leur avis au Minisliire avant la gestion de J'eau dans ses attributions. La reponse du Ministre doit intervenir endeans trois mois a compter de la reception de la demande. Article 13 : Au vu de la decision I'autorisant, Ie titulaire de J'autorisation est tenu de proceder, dans un delai maximal de trois mois, a la materialisation du ou des peri metres de protection autorises, apres avoir, Ie cas echeant, desinteresse les titulaires eventuels de droits fonciers sur Ie site erige en peri metre de protection. Article 14 : Des la fin de la materialisation des perimetres de protection, J'operateur en adresse un rapport circonstancie a I'auteur de I'autorisation et lui demande un certificat de conformite. Ce rapport precise Ie numero de reference de J'autorisation. Article 15 : Le certificat de conformite ne peut etre refuse que pour un motif de non·conformite avec I'autorisation de mise en place du perimetre de protection. 6 Ingingo ya 12 : Mu gihe idosiye ishikirijwe Umushikiranganji ajejwe arnazi, afise ikiringo c'amezi abiri atarenga kugira yishure. Mu ntumbero y'ukwiga bikwiye idosiye, hagirwa amakopi abiri y'iyo dosiye, ikopi imwe ikarung ikirwa Umushikiranganji ajejwe amazi yo kunywa, iyindi ikarungikirwa Umushikiranganji w'intwaro mu gihugu kugira bag ire ico bayivuzeko. Umwumwe wese afise ikiringo kitarenga ukwezi kumwe kugira ashikirize Ubushikiranganji bujejwe itunganywa ry'amazi ico yiyurnvira kuri iyo dosiye. Inyishu y'Umushikiranganji itegerezwa kuboneka mu kiringo kitarenga amezi atatu giharurwa kuva idosiye yakiriwe. Ingingo ya 13 : Amaze kubona ingingo imuha uruhusha, uwahawe uruhusha ategerezwa gutangura ibikorwa vy'ukwerekana urubibe canke imbibe z'akarere gakingira amazi katangiwe uruhusha mu kiringo kitarenga amezi atatu, abanje guha umuzibukiro, iglhe bikenewe, aboba bafise uburenganzira ku matongo yagenewe kuba akarere gakingira isoko ry'amazi. Ingingo ya 14 : Kuva ahejeje kwerekana urubibe canke imbibe z'akarere gakingira isoko ry'amazi, uwahawe uruhusha ararungikira uwamuhaye uruhusha icegeranyo cere kana ido n'ido ry'ingene igikorwa cagenze agaca amusaba urwandiko rwemeza ko imbibe zashizweho hisunzwe uko vyasezeranywe. MUfi ico cegeranyo haba harimwo inomero y'uruhusha. Ingingo ya 15 : Urwandiko rwemeza ko imbibe zashizweho hisunzwe uko vyasezeranywe rureka gusa gutangwa iyo ibikorwa vyakozwe bidahuye n'ivyatangiwe uruhusha rw'ugushiraho imbibe z' akarere gakingira isoko rikwegwamwo amazi abantu banywa. CHAPITRE III : DE L'ENTRETIEN DU PERIMETRE DE PROTECTION DES CAPTAGES D'EAU Article 16 : Sauf disposition conventionnelle contraire I'entretien du perimetre de protection incombe ~ I'operateur exploitant Ie captage dont iI constitue I'accessoire. En I'absence, pour quelque cause que ce soit, d'un operateur precis exploitant Ie captage, la charge d'entretien du perimetre de protection Incombe au maitre d'ouvrage. Article 17 : En cas de contravention a I'obligation d'entretien prescrite a I'article precedent, l'Administrateur communal du lieu oil se trouvent les perimetres de protection prend, apres une vaine mise en demeure des interesses, toute mesure conservatoire qu'il juge utile, y compris la suspension de la fourniture de I'eau de captage. En cas de recours aux mesures conservatoires, I' Administrateur communal en avise sans delai Ie Ministre ayant la gestion de I'eau dans ses attributions, qui prend toutes dispositions utiles en vue de la protection qualitative de la ressource eau. CHAPITRE IV : DES DISPOSITIONS TRANSITOIRES ET FINALES Article 18 : II est accorde aux exploitants ou aux operateurs actuellement actifs, qui ne seraient pas deja en ordre avec les exigences du present decret, un defai de trois ans pour s'y conformer. 7 IGICE CA III : IVYEREKEYE UKUBUNGABUNGA AKARERE GAKINGIRA MASOKO AKWEGWAMWO AMAZI Ingingo ya 16 : Kiretse mu masezerano hari ingingo ibitegekanya ukundi, uwahawe uruhusha ni we ajejwe kubungabunga akarere gakingira amasoko akwegwamwo amazi kuko gafatanye n'ayo masoko. Mu gihe, ku mvo iyo ari yo yose, uwahawe uruhusha atahari ngo abungabunge akarere gakingira amasoko akwegwamwo amazi, ako karere kabungabungwa na nyene ibikorwa. Ingingo ya 17 : Nk'uko bitegekanijwe mu ngingo ya 16, mu gihe ingingo y'ukubungabunga akarere gakingira amasoko akwegwamwo amazi irenzwe, Musitanteri w'ikomine ako karere karimwo, amaze kugabisha ababifisemwo inyungu ntibabikurikize, arafata ingingo yose y'imfatakibanza abona ko ikwiye, harimwo n'uguhagarika gutanga amazi akwegwa mun iryo soko. Mu gihe afashe ingingo mfatakibanza, Musitanteri aca abimenyesha adatevye Umushikiranganji ajejwe amazi, na we agaca afata ingingo zose zikenewe kugira amazi abantu banywa agume akingiwe. IGICE CA 4 : INGINGO MFATAKIBANZA N'IZISOZERA Ingingo ya 18 : Abasanzwe muri iki gihe bakora ivyerekeye ugukwega amazi n'abasanganywe impusha z'ugutunganya uturere., dukingira amasoko akwegwamwo amazi 'l boba batarakurikiza ibisabwa n'iri tegeko, bah awe ikiringo c'imyaka itatu kugira ngo babe bisunze iri tegeko. Le delai prevu a I'alinea precedent est etendu a cinq ans pour les captages non pourvus d'un syshime d'adduction. Article 19 : Toutes dispositions antlirieures contraires au present decret sont abrogees. Article 20 : Le Ministre ayant la gestion de l'Eau dans ses attributions est charge de I'application du present decret qui entre en vigueur Ie jour de sa signature. Fait a Bujumbura, Ie R. t; aoOt 2014, LE DEUXIEME VICE·PRESIDENT DE LA REPUBLIQUE, r Ir Gervais RUFYI I. LE MINISTRE DE L'EAU, DE L'ENVIRONNEMENT, DE L'AMENAGEMENT DU TERRITO IRE ET DE L'URBANISME, deNDUWAYO. 8 Ikiringo gitegekanijwe mu gahimba ka mbere k'iyi ngingo kirongerejwe gushika ku myaka itanu iyo ari igikorwa c'ugukwega amazi abantu banywa kitajana n·ic'ukuyakwiragiza. Ingingo ya 19 : Inglngo zose zahahora ziteye kubiri n'iri tegeko zirafuswe. Ingingo ya 20 : Umushikiranganji 8JeJwe amazi ni we ashinzwe gushir8 mu ngiro iri tegekoritangura gukurikizwa kuva umunsi rishiriweko umukono. Bigiriwe i Bujumbura, kuwaZs' Myandagaro 2014, ICEGERA CA KABIRI C'UMUKURU W'IGIHUGU, UMUSHIKIRANGANJI W'AMAZI, IBIDUKIKIJE, UGUTUNGANYA AMATONGO N'ITERAMBERE RY'IBISAGARA, ~ .'.' Ir NDUWAYO Jean Claude.