Décret n°100/099 du 08 août 2018 portant interdiction de l’importation, de la fabrication, de la commercialisation et de l’utilisation des sachets et d’autres emballages en plastique
颁布于 2018-08-08 · 文本截至 2026-10-01
以研究形式发布的公开法律与官方指引,不构成法律、税务或金融建议。
研究内容本身以英文撰写。标题和标签已翻译,调查结果和引文未翻译。
关于这部法律
- 语言
- French
- 类型
- 条例
- 国家
- 布隆迪
- 主题
- Waste and hazardous substances
- 关键词
- waste management, solid waste, recycling/reuse, precautionary principle, use restrictions, international trade, processing/handling, internal trade, transport/storage, organic waste, plastic
- 类别
- *
在哪里阅读
该法律没有记录来源链接。
文本
所收录的法律原文,按条款排列。每个条款都有自己的链接。
REPUBLIQUE DU BURUNDI REPUBLIQUE DU BURUNDI CABINET DU PRESIDENT CABINET DU PRESIDENT DECRET N°1001 ogf} DU 0 Z AOUT 2018 ITEGEKO INOMERO 100109.8 RYO KU WA.o.1,. PORTANT INTERDICTION DE MYANDAGARO 2018 RIBUZA UKWINJIZA MU L'IMPORTATION, DE LA FABRICATION, GIHUGU, UGUKORA, UKUDANDAZA DE LA COMMERCIALISATION ET DE N'UGUKORESHA AMASASHE N'IBINDI L'UTILISATION DES SACHETS ET BITEKEZO BIKOZWE MU KAMWANYA D'AUTRES EMBALLAGES EN PLASTIQUE LE PRESIDENT DE LA REPUBLIQUE; UMUKURU W'IGIHUGU; Vu la Constitution de la Republique du Yihweje Ibwirizwa Shingiro rya Republika Burundi; y'Uburundi; Vu la Loi n° 1/010 do 30 juin 2000 portant Yihweje ibwirizwa inomero 1/010 ryo ku wa 30 Code de l'Environnement de la Repubiique Ruheshi 2000 ryerekeye Igitabu c'amategeko du Burundi; agenga ibidukikije mu Burundi; Vu la Loi n01/06 du 3 fevrier 2005 portant Yihweje Ibwirizwa inomero 1/06 ryo ku wa 3 Ratification de la Convention de Stockholm Ruhuhuma 2005 ryerekeye iye~ezwa n'Uburundi # sur les polluants organiques persistants par ry'amasezerano y'i Stockholm yerekeye la Republique du Burundi; ibitosekaza ubuzima bigumaho; , <, Vu la Loi n01/02 du 26 mars 2012 portant Yihweje Ibwirizwa inomero 1/02 ryo ku wa 26 Code de l'Eau au Burundi; Ntwarante 2012 ryerekeye Igitabu c'amategeko agenga amazi mu Burundi; Vu la Loi n01/01 du 16 janvier 2015 portant Yihweje Ibwirizwa inomero 1/01 ryo ku wa 16 Code de Commerce; Nzero 2015 ryere~eye Igitabu c'ubudandaji; Le Conseil des Ministres ayant delibere ; Inama nshikiranganji imaze kuvyihweza; DECRETE : ASHINZE: CHAPITRE I: DES DISPOSITIONS GENERALES Article 1 : Le present decret a pour objet de : 1 ° etablir un cadre de contrale de I'utilisation des sachets et d'autres emballages en plastique ; 2° promouvoir I'utilisation des materiaux qui ne degradent pas I'environnement ; 3° prevenir toute sorte de pollution causee par les sachets et les autres produits plastiques. IGICE CA MBERE: INGINGO NGENDERWAKO I' 1 ,n9mgo ya : Iri tegekc rifise intumbero yo : 1 ° Gushiraho Gimatogeko y'ukugenzura ikoreshwa ry'amasashe n'ibindi bitekezo bikozwe mu kamwanya ; 2° Gushigikira ikoreshwa ry'ibikoresho bidatosekaza ibidukikije; 3°Gukinga ico cose gitosekaza ibidukikije bitumwe n'amasashe n'ibindi bihingurwa mu kamwanya. Article 2 : Ingingo ya 2 : Au sens du present decret, on entend par: Muri iri tegeko, amajambo akurikira asiguwe uku : autorite en charge de I'environnement, ubutegetsi bujejwe ibidukikije ni urwego rwa I'organe gouvernemental designe pour Reta rugenwa kugira rwiteho itunganywa s'occuper de la gestion de ry'ibidukikije; I'environnement ; importer, introduire sur Ie territoire national ukwinjiza mu gihugu ni ukuzana ku gataka des sachets et d'autres emballages en k'igihugu amasashe n'ibindi btlekezo bikozwe plastique en provenance d'un pays mu kamwanya bivuye mu kindi gihugu ; etranger; fabrication, la transformation des matieres ugukora ni uguhingura ibintu kama mu bindi premieres en produits finis pour la vente ou bikoreshwa n'abantu kugira bidandazwe canke I'utilisation y compris les processus bikoreshwe, harimwo kandi no guheraheza intermediaires incluant la production ou la guhingura ibintu bitaraherahezwa guhingurwa ; finition des biens semi-fabriques ; sachets en plastique, un materiel isashe ikozwe mu kamwanya ni igikoresho synthetique de faible densite compose de gihinguwe mu buhinga bwa shimi (CH2 = CH2)n plusieurs molecules simples d'ethylene gihwahutwe, kigizwe n'utumanyumanyu twinshi avec une formule chimique (CH2 = CH2)n. ntabonwa twa etileni ikomoka mu bitoro. 2 /t CHAPITRE II : DES PROHIBITIONS ET DES EXCEPTIONS 3 IGICE CA II: IVYEREKEYE IBIBUJIJWE N'IBIDASANZWE Article 3 : Ingingo ya 3 : La fabrication, I'importation, Ie stockage, la Ugukora, ukwinjiza mu gihugu, ugushingura, vente et I'utilisation de tous les sachets et ukudandaza n'ugukoresha amasashe yose d'autres emballages en plastique sont n'ibindi bitekezo bikozwe mu kamwanya interdits. birabujijwe. Article 4: Nonobstant les dispositions de I'article 3, Ie Ministre en charge de I'environnement, apres concertation avec les Ministres concernes, etablit par ordonnance, une liste des sachets en plastique devant etre utilises exceptionnellement au Burundi. La liste est actualisee chaque fois que de besoin. I Ingingo ya 4 : Hirengagijwe ibitegekanijwe mu ngingo ya 3, Umushikiranganji ajejwe ibidukikije, abanje kubija inama n'abashikiranganji vyerekeye, arashinga biciye mw'itegeko nshikiranganji urutonde rw'aiTlasashe akozwe mu kamwanya akenewe gukoreshwa ku buryo budasanzwe mu Burundi. Urwo rutonde ruja ruraroranishwa n'ibihe igihe cose bikenewe. La liste initiale du materiel en plastique Urutonde rw'intango rw'ibikoresho bikozwe mu beneficiant d'une derogation speciale est la kamwanya birekuriwe kudakurikiza suivante : ibitegekanijwe n'iri tegeko ni uru rukurikira : 1 ° Les sacs et !es sachets en plastique biodegradables; 2° Les materiels en plastique utilises dans les services medicaux ; 3° Les materiels en plastique utilises dans I'emballage industriel et pharmaceutique ; 4 ° Les materiels en plastique utilises dans la construction industrielle, y compris les tuyaux de canalisation ; 5° Les materiels en plastique utilises dans la fabrication des tentes ; 1 ° Imipfuko hamwe n'amasashe bikozwe mu kamwanya bishobora kubora ; 2° Ibikoresho bikozwe mu kamwanya bikoreshwa kwa muganga ;" " 3° Ibikoresho bikozwe nlU kamwanya bikoreshwa mu gutekera mtl mahinguriro no mu gutekera imiti ; 4 ° Ibikoresho . bikozwe mu kamwanya bikoreshwa mu kwubaka ku buhinga bunonosoye harimwo n'imiringoti itwara amazi; 5° Ibikoresho bikozwe mu kamwanya bikoreshwa mu gukora amahema ; 3 6° Les materieis en plastique utilises dans les laboratoires de recherche; yo Les materiels en plastique utilises dans I'enseignement comme materiels didactiques. CHAPITRE III : DE l' AUTORISATION ET DU CONTROlE 4 6° Ibikoresho bikozwe mu kamwanya bikoreshwa mu masuzumiro akora ubushakashatsi ; yo Ibikoresho bikozwe mu bikoreshwa mu mashure mfashanyigisho. IGICE CA III: kamwanya nk'ibikoresho UGUTANGA URUHUSHA N'UGUSUZUMA Article 5 : Ingingo ya 5 : Toute personne qui desire importer, Umuntu wese yipfuza kwinjiza mu gihugu, gukora, fabriquer, vendre, utiliser tout sachet ou kudandaza, gukoresha isashe canke igikoresho produit en p!astique specifie a I'article 4, en cose gikozwe mu kamwanya kivugwa mu ngingo fait une demande ecrite adressee au ya 4 arabisaba abicishije mu rwandiko yandikira Ministre en charge de I'environnement. Umushikiranganji ajejwe ibidukikije. La demande contient les informations Ikete ry'ukubisaba ritegerezwa kumenyesha ibi suivantes : bikurikira : Le motif de la demande ; les quantites demandees et la periode estimee d'utilisation ; Les modalites de gestion et d'elimination des dechets en plastique apres leur utilisation. Imvo zitumye abisaba ; Igitigiri asaba uko kingana n'ikiringo yiyumvira kubikoreshamwo ; Ingene azotunganya iyarara ry'ibikozwe mu kamwanya n'ingene azorizimanganya ahejeje kudukoresha. Article 6 : Ingingo ya 6 : I" Le contrale du respect des autorisations et Ugusuzuma iyubahirizwa ry'ivyemewe n'ibibujijwe des prohibitions est assure par: bigirwa na: ~ 1 ° Les services des douanes et de la Police de I'air, des frontieres et des etrangers pour Ie contrale a I'importation des sachets autorises ; 2° Les services techniques du Ministere ayant I'industrie dans ses attributions pour Ie contrale de la fabrication des sachets autorises; I .. 1 ° Ibisata vya duwane n'lgiporisi gicungera ikirere, imbibe n'abanyamahanga mw'isuzuma ry'iyinjizwa mu gihugu ry'amasashe akozwe mu kamwanya arekuwe; 2° Ibisata vy'ubuhinga vy'Ubushikiranganji bujejwe amahinguriro mu gusuzuma ikorwa ry'udufuko dukozwe mu kamwanya turekuwe ; 4 3° Les services du Ministere ayant respectivement I'interieur, Ie commerce et I'environnement dans leurs attributions pour Ie contrale de la vente et de I'utilisation des sachets autorises. CHAPITRE IV : DES DISPOSITIONS DIVERSES 5 3° Ibisata vy'Ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati, ivy'Ubushikiranganji bw'ubudandaji n'ivy'Ubushikiranganji bw'ibidukikije bifadikanije mu gusuzuma igurishwa n'ikoreshwa ry'udufuko turekuwe n'amategeko. IGICECAIV: INGINGO ZITANDUKANYE Article 7 : Ingingo ya 7 : Les dechets en plastique, y compris les Iyarara ry'ibikozwe mu kamwanya, hatibagiwe bouteilles et les flacons en plastique sont amacupa n'uducupa bikozwe mu kamwanya, retournes chez les fournisseurs qui en ritegerezwa gusubizwa abadandaza bakaba ari assurent Ie stockage, Ie recyclage Oll la bo baribika, barihinguramwo ibindi bintu canke valorisation. bariha agaciro. Article 8 : Ingingo ya 8 : Les promoteurs ecoilomiques des projets Abafise imigambi y'ugukora imipfuko ishobora de sacs de substitution et de recyclage des gusubirira amasashe akozwe mu kamwanya sachets et d'autres emballages en n'iy'uguhinguramwo ibindi bintu n'ibindi bitekezo plastique sent encourages a investir dans bikozwe mu kamwanya barashigikirwa kugira ce secteur. bashire imitahe yabo muri ico gisata. Ubushikiranganji bujejwe ibidukikije, bufadikanije Le Ministere en charge de I'environnement, n'ubundi Bushikiranganji vyerekeye burategura en collaboration avec les Ministeres itegeko ribishira mu nglro ryerekana ingene sectoriels, etablit un texte d'application bashigikirwa. definissant les modalites d'encouragement. CHAPITREV: DES DISPOSITIONS TRANSITOIRES ET FINALES IGICE CAV: ~ INGINGO MFATAKIBANZA N'IZISOZERA Ingingo ya 9 : Article 9 : Haratanzwe ikiringo c'amezi icumi n'umunani, Un delai de grace de dix huit mois est gitangura gunarurwa kuva kw'igenekerezo iri accorde, a compter de I'entree en vigueur tegeko ritanguriy~ gukurikizwa, c'ukurindira ko du present decret pour ecouler les stocks ibikiri mu bubiko n'ivyakozwe bihera kudandazwa disponibles et les commandes passees. canke gukoreshwa. 5 6 Article 10 : Ingingo ya 10 : Toutes les dispositions anterieures Ingingo zose zahahora zjteye kubiri n'iri tegeko contraires au present decret sont abrogees. zirafuswe. Article 11 : Ingingo ya 11 : Le pre~ent decret entre en vigueur Ie jour Iri tegeko ritangura gukurikizwa kuva ku munsi de sa signature. ritangarijweko. Fait a Bujumbura, Ie ~ 1 g 12018, Pie(re.NKURUNZIZA. E LA REPUBLI UE ~--y. Dr. Joseph BUTORE /ft!Jl/f LE MINISTRE DE L'ENVIRO'~EMENT, DE L'AGRICULTURE ET DE 'ELEVAGE Dr. D' • LE MINISTRE DU COMMERCE, DE L'INDUSTRIE ET DU T URISME Jean Marie NIYOKINDI Bigiriwe i Bujumbura kuwa -g l-tg 12018, NKURUNZIZA Pierre; lGEGERA CA KABIRI C'UMUKURU W'IGIHUGU, Dr. BUTORE JOSePh~c1='" UMUSHIKIRANGANJI W'IBIDUKIKIJE, UBURIMYI N'UB~ZI . .fc. > W·0it ~~~ Dr. RUREMA Deo-Guide (PhD). '" UMUSHIKIRANGANJI W'U~UDANDAJI, AMAHINGURIRO N'INGENZI ~24! NIYOKINDI Jean Marie 6